Abaheburayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ya Mana y’amahoro rero, imwe yakura Umukama wacu Yezu mu bapfuye afise amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera, akaba ari na we mwungere mukuru+ w’intama, Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:20 Umunara w’Inderetsi,15/10/2008, rup. 321/3/1998, rup. 141/2/1998, rup. 31-32
20 Ya Mana y’amahoro rero, imwe yakura Umukama wacu Yezu mu bapfuye afise amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera, akaba ari na we mwungere mukuru+ w’intama,