-
Abaheburayo 13:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 ibaronse ikintu ciza cose kugira mukore ivyo igomba. Biciye kuri Yezu Kristu, Imana iratuma dukora ibiyihimbara cane. Nininahazwe gushika ibihe bidahera. Amen.
-