11 Bavukanyi, mureke kuvuga nabi bagenzi banyu+. Uwo wese avuga nabi umuvukanyi wiwe canke akamucira urubanza, aba avuze nabi amategeko kandi aba ayaciriye urubanza. Nimba rero uciriye urubanza amategeko, ntuba uriko urakora ivyo amategeko asaba, ahubwo uba ubaye umucamanza.