Yakobo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bavukanyi, ntihagire uwidodombera mugenziwe* kugira ntimucirwe urubanza+. Ehe umucamanza ari ku muryango! Yakobo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:9 Umunara w’Inderetsi,1/12/1997, rup. 18
9 Bavukanyi, ntihagire uwidodombera mugenziwe* kugira ntimucirwe urubanza+. Ehe umucamanza ari ku muryango!