Yakobo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hejuru ya vyose bavukanyi, mureke kurahira ijuru canke isi canke ikindi kintu. Ahubwo «ego» yanyu nibe ego, «oya» yanyu na yo ibe oya+, kugira ntimwikwegere gucirwa urubanza. Yakobo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:12 Umunara w’Inderetsi,1/12/1997, rup. 18
12 Hejuru ya vyose bavukanyi, mureke kurahira ijuru canke isi canke ikindi kintu. Ahubwo «ego» yanyu nibe ego, «oya» yanyu na yo ibe oya+, kugira ntimwikwegere gucirwa urubanza.