-
1 Petero 1:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Naho mutigeze mumubona, muramukunda. Naho mutamubona muri iki gihe, ntikibuza yuko mumwizera kandi mukagira umunezero w’agatangaza ata woronka uko awuvuga,
-