1 Petero 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ni co gituma inkuru nziza yabwiwe n’abapfuye*+, kugira ngo naho bacirwa urubanza mu buryo bw’umubiri hisunzwe uko abantu babona ibintu, babeho mu buryo buhuje n’impwemu, hisunzwe uko Imana ibona ibintu. 1 Petero Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:6 Umunara w’Inderetsi,15/11/2008, rup. 21
6 Ni co gituma inkuru nziza yabwiwe n’abapfuye*+, kugira ngo naho bacirwa urubanza mu buryo bw’umubiri hisunzwe uko abantu babona ibintu, babeho mu buryo buhuje n’impwemu, hisunzwe uko Imana ibona ibintu.