1 Petero 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ahubwo mubandanye kunezerwa+ ku rugero mugezako mu gushikirwa n’imibabaro nk’iya Kristu+, kugira ngo n’igihe ubuninahazwa bwiwe buzohishurwa+, muzonezerwe mwongere mwuzure akanyamuneza.
13 Ahubwo mubandanye kunezerwa+ ku rugero mugezako mu gushikirwa n’imibabaro nk’iya Kristu+, kugira ngo n’igihe ubuninahazwa bwiwe buzohishurwa+, muzonezerwe mwongere mwuzure akanyamuneza.