10 Mugabo nimwamara kubabazwa akanya gato, ya Mana yo soko ry’ubuntu buhebuje bwose, imwe yabahamagarira ubuninahazwa bwayo+ bw’ibihe bidahera mu bumwe na Kristu, yo ubwayo izorangiza ukumenyerezwa kwanyu. Izotuma mushikama+, ibakomeze+, itume mushinga imizi.