1 Yohani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Turabamenyesheje ico twabonye kandi twumvise+, kugira ngo na mwebwe mwunge ubumwe natwe*, nk’uko twunze ubumwe na Data hamwe n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.
3 Turabamenyesheje ico twabonye kandi twumvise+, kugira ngo na mwebwe mwunge ubumwe natwe*, nk’uko twunze ubumwe na Data hamwe n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.