1 Yohani 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwuvuga ko ari mu muco mugabo akanka+ mwenewabo, aracari mu mwiza+.