1 Yohani 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ndabandikiye mwebwe ba sebibondo, kuko mwamenye umwe ariho kuva mu ntango. Ndabandikiye mwebwe abasore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaguma muri mwebwe+, kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:14 Umunara w’Inderetsi,1/2/2003, rup. 8
14 Ndabandikiye mwebwe ba sebibondo, kuko mwamenye umwe ariho kuva mu ntango. Ndabandikiye mwebwe abasore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaguma muri mwebwe+, kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+.