1 Yohani 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Umuntu wese ahakana Umwana, ntiyunze ubumwe na Data+. Mugabo umuntu wese yemera icese Umwana+, aba yunze ubumwe na Data+.
23 Umuntu wese ahakana Umwana, ntiyunze ubumwe na Data+. Mugabo umuntu wese yemera icese Umwana+, aba yunze ubumwe na Data+.