1 Yohani 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Uwuguma acumura aba akomoka kuri Shetani*, kuko Shetani yamye acumura kuva mu ntango*+. Iki ni co catumye Umwana w’Imana aza*: ni ukugira asambure ibikorwa vya Shetani+. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:8 Umunara w’Inderetsi,1/5/1999, rup. 111/7/1998, rup. 20-21
8 Uwuguma acumura aba akomoka kuri Shetani*, kuko Shetani yamye acumura kuva mu ntango*+. Iki ni co catumye Umwana w’Imana aza*: ni ukugira asambure ibikorwa vya Shetani+.