1 Yohani 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 ntitumere nka Kayini yakomoka kuri wa mubisha akica mwenewabo+. None yamwiciye iki? Ni uko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, ariko ivya mwenewabo bikaba vyari vyiza*+. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:12 Umwigisha, rup. 225
12 ntitumere nka Kayini yakomoka kuri wa mubisha akica mwenewabo+. None yamwiciye iki? Ni uko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, ariko ivya mwenewabo bikaba vyari vyiza*+.