1 Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ng’iki icatumenyesheje urukundo: ni uko Yezu Kristu yatwiguze+. Natwe rero dutegerezwa kwigura abavukanyi bacu+. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:16 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18 ‘Ingo unkurikire’, rup. 177-178
16 Ng’iki icatumenyesheje urukundo: ni uko Yezu Kristu yatwiguze+. Natwe rero dutegerezwa kwigura abavukanyi bacu+.