1 Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kanatsinda, iri ni ryo bwirizwa yaduhaye: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse*.
23 Kanatsinda, iri ni ryo bwirizwa yaduhaye: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse*.