1 Yohani 5:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umuntu yizera Umwana w’Imana arafise intahe yashingiwe n’Imana. Uwutizera Imana aba ayigize umubeshi+, kuko atizera intahe Imana yashingiye Umwana wayo.
10 Umuntu yizera Umwana w’Imana arafise intahe yashingiwe n’Imana. Uwutizera Imana aba ayigize umubeshi+, kuko atizera intahe Imana yashingiye Umwana wayo.