2 Yohani 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umuntu wese arenga ku nyigisho za Kristu kandi ntazigumemwo, ntaba yunze ubumwe n’Imana+. Mugabo uwuguma muri izo nyigisho, aba yunze ubumwe na Data hamwe n’Umwana+. 2 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 57
9 Umuntu wese arenga ku nyigisho za Kristu kandi ntazigumemwo, ntaba yunze ubumwe n’Imana+. Mugabo uwuguma muri izo nyigisho, aba yunze ubumwe na Data hamwe n’Umwana+.