Ivyahishuwe 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 “Ndazi ibikorwa vyawe, ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe. Ndazi kandi ko utihanganira abantu babi be n’uko wasuzumye abiyita intumwa+ kandi atari bo, ugasanga ni ababeshi. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:2 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33-34 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 11
2 “Ndazi ibikorwa vyawe, ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe. Ndazi kandi ko utihanganira abantu babi be n’uko wasuzumye abiyita intumwa+ kandi atari bo, ugasanga ni ababeshi.