Ivyahishuwe 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko hariho ikintu ndagushima: uranka ibikorwa vy’akagwi k’idini ka Nikola+, kandi na jewe ndavyanka. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:6 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 35-36 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 11
6 Ariko hariho ikintu ndagushima: uranka ibikorwa vy’akagwi k’idini ka Nikola+, kandi na jewe ndavyanka.