Ivyahishuwe 2:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 “Ndazi aho uba, kandi ndazi ko ari ho hari intebe y’ubwami ya Shetani. Ariko warumiye kw’izina ryanje+ kandi ntiwahakanye ko unyizera+, mbere no mu misi ya Antipa, ca cabona canje w’umwizigirwa+ biciye+ iruhande yawe, aho Shetani aba. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:13 Be maso!,6/2013, rup. 7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 42-43 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 13
13 “Ndazi aho uba, kandi ndazi ko ari ho hari intebe y’ubwami ya Shetani. Ariko warumiye kw’izina ryanje+ kandi ntiwahakanye ko unyizera+, mbere no mu misi ya Antipa, ca cabona canje w’umwizigirwa+ biciye+ iruhande yawe, aho Shetani aba.
2:13 Be maso!,6/2013, rup. 7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 42-43 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 13