Ivyahishuwe 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Niwigaye rero. Nutigaya, ngira nze ningoga iwawe kandi nzobarwanya nkoresheje ya nkota ndende yo mu kanwa kanje+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:16 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 44-45 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 14
16 Niwigaye rero. Nutigaya, ngira nze ningoga iwawe kandi nzobarwanya nkoresheje ya nkota ndende yo mu kanwa kanje+.