-
Ivyahishuwe 2:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 “Ndazi ibikorwa vyawe, urukundo rwawe, ukwizera kwawe, igikorwa ukorera Imana n’ukwihangana kwawe, kandi ndazi ko ibikorwa vyawe vya vuba biruta ivyo mu ntango.
-