Ivyahishuwe 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ehe ngira ndamuteze indwara ituma atava ku buriri, kandi abasambana na we nzobateza imibabaro ikomeye*, kiretse bigaye ibikorwa abosha gukora*. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:22 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 49-50
22 Ehe ngira ndamuteze indwara ituma atava ku buriri, kandi abasambana na we nzobateza imibabaro ikomeye*, kiretse bigaye ibikorwa abosha gukora*.