Ivyahishuwe 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Sarudi uti: Umwe afise za mpwemu indwi z’Imana+ be na za nyenyeri indwi+, avuze ati: “Ndazi ibikorwa vyawe, ndazi kandi ko uboneka ko uri muzima ariko warapfuye+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:1 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 3015/5/2003, rup. 16-17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30, 54-55
3 Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Sarudi uti: Umwe afise za mpwemu indwi z’Imana+ be na za nyenyeri indwi+, avuze ati: “Ndazi ibikorwa vyawe, ndazi kandi ko uboneka ko uri muzima ariko warapfuye+.
3:1 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 3015/5/2003, rup. 16-17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30, 54-55