Ivyahishuwe 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko urafise abantu bakeyi* i Sarudi batahumanije impuzu zabo+, kandi bazogendana nanje bambaye impuzu zera+, kuko babibereye. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:4 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 56-57 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 17
4 Ariko urafise abantu bakeyi* i Sarudi batahumanije impuzu zabo+, kandi bazogendana nanje bambaye impuzu zera+, kuko babibereye.