Ivyahishuwe 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Wewe uvuga ngo: ‘Ndi umutunzi+, nararonse ubutunzi kandi nta kintu na kimwe nkeneye’, ariko ntuzi ko uri umugorwa, ko uteye ikigongwe, ko uri umukene n’impumyi be n’uko uri gusa. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:17 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),10/2019, rup. 27-28 Umunara w’Inderetsi,1/1/2006, rup. 22 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 67-68
17 Wewe uvuga ngo: ‘Ndi umutunzi+, nararonse ubutunzi kandi nta kintu na kimwe nkeneye’, ariko ntuzi ko uri umugorwa, ko uteye ikigongwe, ko uri umukene n’impumyi be n’uko uri gusa.
3:17 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),10/2019, rup. 27-28 Umunara w’Inderetsi,1/1/2006, rup. 22 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 67-68