Ivyahishuwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubwami+, nk’uko nanje natsinze nkicarana+ na Dawe ku ntebe yiwe y’ubwami. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:21 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 72-73 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 19
21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubwami+, nk’uko nanje natsinze nkicarana+ na Dawe ku ntebe yiwe y’ubwami.