Ivyahishuwe 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ivyo biheze, ubwo nyene impwemu ica itangura kunkorerako, maze mbona intebe y’ubwami mw’ijuru, kandi hari uwari ayicayeko+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:2 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 74-76
2 Ivyo biheze, ubwo nyene impwemu ica itangura kunkorerako, maze mbona intebe y’ubwami mw’ijuru, kandi hari uwari ayicayeko+.