Ivyahishuwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuri iyo ntebe haguma hava imiravyo+, amajwi n’imituragaro+. Imbere yayo hariho amatara indwi aguma yaka, ayo matara akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:5 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 30 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 77-79
5 Kuri iyo ntebe haguma hava imiravyo+, amajwi n’imituragaro+. Imbere yayo hariho amatara indwi aguma yaka, ayo matara akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+.