Ivyahishuwe 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ikinyabuzima ca mbere casa n’intambwe+, ica kabiri casa n’ishuri+, ica gatatu+ cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ica kane+ na co casa n’inkona iriko iraguruka+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 80
7 Ikinyabuzima ca mbere casa n’intambwe+, ica kabiri casa n’ishuri+, ica gatatu+ cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ica kane+ na co casa n’inkona iriko iraguruka+.