Ivyahishuwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Igihe cose ivyo binyabuzima bininahaje, bigatera iteka kandi bigakengurukira Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami, Umwe ariho gushika ibihe bidahera+,
9 Igihe cose ivyo binyabuzima bininahaje, bigatera iteka kandi bigakengurukira Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami, Umwe ariho gushika ibihe bidahera+,