Ivyahishuwe 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hanyuma mbona umuzingo uri mu kuboko kw’ukuryo kw’umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, wanditseko impande zose* kandi wugawe neza n’udushashara indwi. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:1 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 82-83
5 Hanyuma mbona umuzingo uri mu kuboko kw’ukuryo kw’umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, wanditseko impande zose* kandi wugawe neza n’udushashara indwi.