Ivyahishuwe 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko umwe muri ba bakurambere ambwira ati: «Reka kurira. Ya Ntambwe yo mu muryango wa Yuda+, wa muzi+ wa Dawidi+, yaratsinze+ kandi arashoboye kwugurura uwo muzingo no kumatura udushashara indwi twawo.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:5 ‘Ingo unkurikire’, rup. 35-36 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 83-84
5 Ariko umwe muri ba bakurambere ambwira ati: «Reka kurira. Ya Ntambwe yo mu muryango wa Yuda+, wa muzi+ wa Dawidi+, yaratsinze+ kandi arashoboye kwugurura uwo muzingo no kumatura udushashara indwi twawo.»