Ivyahishuwe 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze mbona umwagazi w’intama+ usa n’uwishwe+, uhagaze hagati* ya ya ntebe y’ubwami na vya binyabuzima bine no hagati ya ba bakurambere+. Wari ufise amahembe indwi n’amaso indwi, ayo maso akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+ zatumwe mw’isi yose. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:6 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 30 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 55, 84-85
6 Maze mbona umwagazi w’intama+ usa n’uwishwe+, uhagaze hagati* ya ya ntebe y’ubwami na vya binyabuzima bine no hagati ya ba bakurambere+. Wari ufise amahembe indwi n’amaso indwi, ayo maso akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+ zatumwe mw’isi yose.