Ivyahishuwe 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ubwo nyene aca aragenda, atora wa muzingo mu kuboko kw’ukuryo kw’umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 85
7 Ubwo nyene aca aragenda, atora wa muzingo mu kuboko kw’ukuryo kw’umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+.