Ivyahishuwe 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Atoye uwo muzingo, vya binyabuzima bine na ba bakurambere 24+ baca barapfukama imbere ya wa Mwagazi w’intama. Umwe wese yari afise inanga n’amabakure y’inzahabu yuzuyemwo imibavu. (Imibavu igereranya amasengesho y’aberanda+.) Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:8 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 85-87
8 Atoye uwo muzingo, vya binyabuzima bine na ba bakurambere 24+ baca barapfukama imbere ya wa Mwagazi w’intama. Umwe wese yari afise inanga n’amabakure y’inzahabu yuzuyemwo imibavu. (Imibavu igereranya amasengesho y’aberanda+.)