Ivyahishuwe 6:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ngize gutya, mbona ifarasi ibenjutse kandi uwuyicayeko yitwa Rupfu. Kuzimu na we yaguma amukurikira ari hafi yiwe. Bahabwa ububasha ku ca kane c’isi kugira bicishe abantu inkota ndende, inzara+, ibiza hamwe n’ibikoko vyo mw’ishamba+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 3 2017 rup. 5-7 Umunara w’Inderetsi,1/2/2014, rup. 71/5/2005, rup. 17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 96-98
8 Ngize gutya, mbona ifarasi ibenjutse kandi uwuyicayeko yitwa Rupfu. Kuzimu na we yaguma amukurikira ari hafi yiwe. Bahabwa ububasha ku ca kane c’isi kugira bicishe abantu inkota ndende, inzara+, ibiza hamwe n’ibikoko vyo mw’ishamba+.
6:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 3 2017 rup. 5-7 Umunara w’Inderetsi,1/2/2014, rup. 71/5/2005, rup. 17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 96-98