Ivyahishuwe 8:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umumarayika wa kabiri avuza urumbete rwiwe. Ikintu kimeze nk’umusozi munini waka umuriro gica gitererwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+, Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:8 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 134-136
8 Umumarayika wa kabiri avuza urumbete rwiwe. Ikintu kimeze nk’umusozi munini waka umuriro gica gitererwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+,