Ivyahishuwe 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umumarayika wa gatatu avuza urumbete rwiwe. Ikinyenyeri kinini caka nk’itara gica kirakoroka kivuye mw’ijuru, kigwa ku ca gatatu c’inzuzi no ku masoko* y’amazi+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:10 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-138
10 Umumarayika wa gatatu avuza urumbete rwiwe. Ikinyenyeri kinini caka nk’itara gica kirakoroka kivuye mw’ijuru, kigwa ku ca gatatu c’inzuzi no ku masoko* y’amazi+.