Ivyahishuwe 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ico kinyenyeri citwa Mururazi*. Ica gatatu c’amazi gica gihinduka umururazi, kandi abantu benshi barishwe n’ayo mazi, kuko yari yahindutse umururazi+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:11 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-139
11 Ico kinyenyeri citwa Mururazi*. Ica gatatu c’amazi gica gihinduka umururazi, kandi abantu benshi barishwe n’ayo mazi, kuko yari yahindutse umururazi+.