Ivyahishuwe 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Izo nzige zihabwa ububasha bwo kubababaza amezi atanu ariko ntizibice, kandi ububabare zateza bwari bumeze nk’ubwa sikorupiyo+ igihe ikomoye umuntu. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:5 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 144-145, 147-148
5 Izo nzige zihabwa ububasha bwo kubababaza amezi atanu ariko ntizibice, kandi ububabare zateza bwari bumeze nk’ubwa sikorupiyo+ igihe ikomoye umuntu.