Ivyahishuwe 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 maze ribwira wa mumarayika agira gatandatu afise urumbete riti: «Bohora ba bamarayika bane babohewe hafi ya rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:14 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 148-149
14 maze ribwira wa mumarayika agira gatandatu afise urumbete riti: «Bohora ba bamarayika bane babohewe hafi ya rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+.»