-
Ivyahishuwe 9:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Ububasha bw’ayo mafarasi buri mu minwa yayo no mu mirizo yayo, kuko imirizo yayo imeze nk’inzoka kandi iriko n’imitwe. Ivyo ni vyo aryanisha.
-