Ivyahishuwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Araheza avyara umwana w’umuhungu+ azoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Ubwo nyene umwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:5 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177, 179-180 Urashobora Kubaho, rup. 117
5 Araheza avyara umwana w’umuhungu+ azoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Ubwo nyene umwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo.