Ivyahishuwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikayeli*+ n’abamarayika biwe barwana n’ico gisato, ico gisato na co kirwana kiri kumwe n’abamarayika baco. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:7 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181
7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikayeli*+ n’abamarayika biwe barwana n’ico gisato, ico gisato na co kirwana kiri kumwe n’abamarayika baco.