Ivyahishuwe 12:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko uwo mugore ahabwa amababa abiri y’inkona nini+, kugira aguruke aje mu bugaragwa mu kibanza yateguriwe kure ya ya nzoka+, maze agaburirirweyo igihe n’ibihe n’igice c’igihe*+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:14 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 183-184
14 Ariko uwo mugore ahabwa amababa abiri y’inkona nini+, kugira aguruke aje mu bugaragwa mu kibanza yateguriwe kure ya ya nzoka+, maze agaburirirweyo igihe n’ibihe n’igice c’igihe*+.