Ivyahishuwe 12:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ico gisato gica gishavurira cane uwo mugore, maze kija kurwanya abasigaye bo mu ruvyaro* rwiwe+ bubahiriza amabwirizwa y’Imana kandi bagakora igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11-12, 183, 185-186, 279
17 Ico gisato gica gishavurira cane uwo mugore, maze kija kurwanya abasigaye bo mu ruvyaro* rwiwe+ bubahiriza amabwirizwa y’Imana kandi bagakora igikorwa co gushingira intahe Yezu+.