Ivyahishuwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hanyuma mbona umwe mu mitwe yaco wasa n’uwakomeretse uhakwa gupfa, ariko ico gikomere cica cari cakize+. Ababa kw’isi bose baca bakurikira ico gikoko bagitangariye. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:3 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 189-191
3 Hanyuma mbona umwe mu mitwe yaco wasa n’uwakomeretse uhakwa gupfa, ariko ico gikomere cica cari cakize+. Ababa kw’isi bose baca bakurikira ico gikoko bagitangariye.